Ruti Joel🇷🇼yaririmvye IGIKOBWA ari I Bujumbura/aje no kuraba ishure Madame Jeannette KAGAME yizeko

2022 ж. 15 Жел.
26 763 Рет қаралды

#rwandaburundi #sirenvibestv
Ruti Joel yavuye Kigali aje kuririmbira abarundi baza kuza muri Caravane du rire uyu musi iza kubera aho bita kuba Chinois isanzwe itegurwa na Michael SENGAZI afadikanije na Now Creative isanzwe irongowe na Rasko. Ntimuze gusiba nimba mushaka gutwenga😍

Пікірлер
  • Ruti Joel yavuye Kigali aje kuririmbira abarundi baza kuza muri Caravane du rire uyu musi iza kubera aho bita kuba Chinois isanzwe itegurwa na Michael SENGAZI afadikanije na Now Creative isanzwe irongowe na Rasko. Ntimuze gusiba nimba mushaka gutwenga😍

    @sirenvibestv@sirenvibestv Жыл бұрын
    • noe abo banyarwanda bose bafise ubwenegihugu bw'uburundi finalement

      @jddacademy@jddacademy Жыл бұрын
  • Number one, Ruti joel yubahwe ndumufana wiwe gusa iyo ndamubonye ndamubonamwo Yvan Buravan 🥺🥺🥺🥺🥺🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    @igirimbabazisania9768@igirimbabazisania9768 Жыл бұрын
    • Umvugiy ibintu 😭

      @chanykeys6832@chanykeys6832 Жыл бұрын
    • Me too

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • Ese Ruti wavukiye i Rda, narinzi ko nawe wavukiye Buja ariko uvuga neza français👍

    @christinesemuto940@christinesemuto940 Жыл бұрын
  • Ruti Joël ndumufana wiwe sinomara imisi ntumvirije indirimbo ziwe n'Intore

    @albertndayishimiyekarasira240@albertndayishimiyekarasira240 Жыл бұрын
  • Burundi Rwanda dushyigikirane

    @alumuhora353@alumuhora353 Жыл бұрын
  • Igihame c'Imana, Umuhungu w'urwimisozi igihumbi karibu iwacu i Burundi. Abazaguteramana nawe barahiriwe 😊

    @kdjeweflavie1747@kdjeweflavie1747 Жыл бұрын
  • Niwe munyarwanda wambere numvise avuga neza donc afise ijwi ryiza 😂😂😂😂😂😂❤️we love you ruti ❤️

    @Reine257@Reine257 Жыл бұрын
    • kandi abarundi bazi kuyivuga neza???? 🤣🤣🤣🤣🤣 ariko Mana

      @m.a7605@m.a7605 Жыл бұрын
    • @@m.a7605 donko😄😄

      @christinesemuto940@christinesemuto940 Жыл бұрын
    • 🤣🤣🤣🤣🤣 mumbwirire kabisa.

      @m.a7605@m.a7605 Жыл бұрын
    • Ngo niwe wambere? Wewe ntuzi Abanya-Rwanda. Ijwi ryanje urarizi? Uwaririvye Umuntu ni Ubuntu urazi ijwi ryiwe?

      @rwandannoble4990@rwandannoble4990 Жыл бұрын
    • goko!! 😏 biransetsa ukuntu abarundi bamwe bazi ko bari civilise kurusha abanyarwanda 😂 ,ukuntu mutangazwa nutuntu twamafuti 🤦🏾‍♂️

      @thinktank226@thinktank226 Жыл бұрын
  • Ruti karibu iwacu ndakubonye mbambona bruvan Yvan

    @ndizeyechantal6979@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
  • Shaa vrmaa🥰👍gusa Hosy jurek umutumirwa umubajije yishure urek kumuvugiramwoo

    @claudinenininahazweclaudin7137@claudinenininahazweclaudin7137 Жыл бұрын
  • Ruti courage kandi Ndizera ko igitaramo kizaryoha pe !!!🇷🇼🇧🇮

    @ebenezerntabwoba3910@ebenezerntabwoba3910 Жыл бұрын
  • Guhamiriza(ikinyarwanda)=kwiyereka(mukirundi)

    @chrismuryango6140@chrismuryango6140 Жыл бұрын
  • Turamukunda canee ruti kuko iyotumubony tumubonamw na burabyo

    @cimpayeclairia@cimpayeclairia Жыл бұрын
  • Whao courage Ruti ndagukunze ufise ijwi ryiza cane U deserve more Wagira ngo uri impanga ya Yvan Buravan mpise jya kugushakisha Biraryoshe ko hasigaye umuntu ameze nkawe

    @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • Nice song igikobwa🇧🇮🇷🇼🇸🇦💯✅🥰🥰🥰🥰🔥🔥👌

    @AaAa-dt8mp@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
  • JE Vous adore tellement!!!!!! Rwanda hejuruuuuuu

    @mbonigabasamueli1860@mbonigabasamueli1860 Жыл бұрын
  • Ruti courageee ur muba nyarwanda bake bavuga neza français 😇hosy bzuu

    @angegateka6732@angegateka6732 Жыл бұрын
  • Sinarinzi k les rwandais pouvaient avoir un si bel accent français 😂😂 chapeau Joël 🤝... Très belle ta voix également 🥰🥰🥰❤️

    @riccajianadushime4327@riccajianadushime4327 Жыл бұрын
    • bref: kumenya igifaransa sitegeko ikibi nuko yavuga ikinyarwanda nabi. imitekerereze yawe iraciriritse cyane wowe ukirebera abantu mundimi zabakoloni. abarundi rero nibo bafite accent nziza???? "donko "???🤣🤣🤣 bavuga ayabandi ayabo bayicayeho kweli.

      @m.a7605@m.a7605 Жыл бұрын
    • muracyaboshye mumitwe yanyu kabisa! muzatahira kwiyemera ko muvuga français neza🤣🤣🤣🤣 atari nururimi rwiwanyu "domage". mukure amaboko mumifuka mukore muve murubwo butiku bwindimi zitari izanyu.

      @m.a7605@m.a7605 Жыл бұрын
    • @@m.a7605 nawe uvyegereje umutima cane Chapeau à toi Joël uvuga neza français Yerekanye ko kuba azi français abimukundiye kuko abandi banya Rwanda nta gifaransa bakunda kuvuga Reka kumuhutaza nta nka yaciye amabere kuvuga uko Ntidusanzwe tubimenyereye

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
    • @@m.a7605 kumengo byakubabaje cyane ? Abarundi barakivuga neza nubwo ataribose 100% ariko barakivuga neza pe! abanyarwanda bakivuga neza ntabwo aribenshi nagato😁 Sorry only true hurts

      @donnar3790@donnar3790 Жыл бұрын
    • @@m.a7605 ukuri kurababaza ! Ruti Joel komerezaho baze kuguha imikeke mwana 😊

      @donnar3790@donnar3790 Жыл бұрын
  • kuba intore is more than gutamba ni values zubupfura ubudahemuka gukunda igihugu kukirwanira ukaba wanagipfira etc ibintu nkibyo murwanda nuko ariko j'es suis sur ko no muburundi aruko murwanda rero ibyo bintu bigezweho people are proud kwitirirwa uwo muco nkumusore nkuyu aka yumva ari so proud kwitwa gutyo

    @karangwa2315@karangwa2315 Жыл бұрын
  • Un grand ❤️ pour toi Ruti Joël 😘

    @chanykeys6832@chanykeys6832 Жыл бұрын
  • Ruti ndagukunda caane nkunda ukuntu wimereye disi

    @fdff3980@fdff3980 Жыл бұрын
  • Yioo sinari ndamuzi sha big thanks to siren😍!! Igikobwa still my best favorite rwandansongs 💎 RUTI NDAGUFANA SANA!! THANKS

    @benieuriellebenimana2808@benieuriellebenimana2808 Жыл бұрын
  • Ruti uri umuhanga pe

    @munyankindicelestin3538@munyankindicelestin3538 Жыл бұрын
  • Nuwuyobora Francophonie numunyaRwandakazi

    @muhirefrancktorres5681@muhirefrancktorres5681 Жыл бұрын
  • Nzobe idahanda ni terme kuvuga umuntu mwiza.yaba yirabura ou arinzobe bose babavuga nzobr indahanda.baba bari gutaka ubwiza bwumukobwa

    @chrismuryango6140@chrismuryango6140 Жыл бұрын
    • Merci beaucoup Hosy yabitwaye ukutariko

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • Joel aje gukora concert noyizamwo peee! ❤️❤️

    @ireneiradukunda13@ireneiradukunda13 Жыл бұрын
  • Na Uganda 🇺🇬🇺🇬 turabakunda

    @tayebwajulius4748@tayebwajulius47485 ай бұрын
  • Ijwi ryiwee shaa😭😭😭chaire de poule ziranyish🤣🤣🤣

    @huguetteizere1318@huguetteizere1318 Жыл бұрын
    • Nanje ch

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • I love this artist ❤

    @oseendayi5046@oseendayi5046 Жыл бұрын
  • A close friend to late YB😭whenever I see you I remember him😔

    @chrismugisha6173@chrismugisha6173 Жыл бұрын
    • Wagira niwe Banaririmba kumwe

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
    • Me too😭

      @murerwadarlene4138@murerwadarlene4138 Жыл бұрын
  • urashoboy vrt ruti much respect

    @elieniyokindi9827@elieniyokindi9827 Жыл бұрын
  • Hosy irakoze ndagukunda cyane, ndi iburundi gusa nkubonye nagusuhuza cyane, ndumunyarwanda, nkunda kugukuricyira cyane

    @gold.mprintmugabo8948@gold.mprintmugabo8948 Жыл бұрын
  • Intore cyane nizere kazova uburundi ndamubonye

    @albertndayishimiyekarasira240@albertndayishimiyekarasira240 Жыл бұрын
  • Waaaooo Ruti Aratikura KBS Tubakunda cyane

    @decloishimwe@decloishimwe Жыл бұрын
  • Wow

    @bishyatv@bishyatv Жыл бұрын
  • Hosy😍😍🤞et welcome Ruti Joel 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    @mugisha.jbella5687@mugisha.jbella5687 Жыл бұрын
  • Courage hosy &Ruti 🔥

    @issagasago6682@issagasago6682 Жыл бұрын
  • Courage Mon fils!

    @twizelimanadorothee8320@twizelimanadorothee8320 Жыл бұрын
  • Joël waouh..

    @dariuskubwabugingo@dariuskubwabugingo Жыл бұрын
  • Merci pour l'émission. Juste pour vous dire que l'école la Colombière existe toujours au Burundi. On a aimé l'éducation de Madame Françoise et on l'aimerait pour toujours. Paix à notre maman bien aimé

    @irakozeliliane7548@irakozeliliane7548 Жыл бұрын
    • Ishure ryacu oyeeeeeeee

      @ninetteba433@ninetteba433 Жыл бұрын
  • Hosy merciiiii

    @Yezu_araganje@Yezu_araganje Жыл бұрын
  • J'adore cette chanson 👌👌👌👌👌🎵🎶🎶🎶

    @harerimanaalexandre9825@harerimanaalexandre9825 Жыл бұрын
  • Big up sana hosy😘😘wakoz kumutumira kabisa

    @christabellabizimana3554@christabellabizimana3554 Жыл бұрын
  • interview plein d'émotions plein de bons souvenirs ❤

    @laparole8072@laparole80725 ай бұрын
  • Hozi nawe uri umu metisse nka Sengazi,?

    @christinesemuto940@christinesemuto940 Жыл бұрын
  • Hi ndashaka number za Irakoze umunyamakuru .ubushize naragukurimiranye uri Qatar njye ni USA

    @kegacosmos278@kegacosmos278 Жыл бұрын
  • Waaooo ruti karibu

    @fatmahaf4951@fatmahaf4951 Жыл бұрын
    • Ndishimye cyane kumbe nawewe ni Munyarwanda nafurahi sana,niyo mpamvu rata iricyucyi sister Wana! Ubundi iyo face Niya Banyarwanda kbs.big hugs kbs.don't give up💕

      @lilioseumuhoza@lilioseumuhoza Жыл бұрын
  • Wao

    @ishimwepatrick4721@ishimwepatrick4721 Жыл бұрын
  • 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥🔥🔥

    @kabakaisaiah8705@kabakaisaiah8705 Жыл бұрын
  • Ruti Joel

    @rudasingwagabriel8855@rudasingwagabriel8855 Жыл бұрын
  • Mach love Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇺🇬

    @ndayizeyeaboubakar4585@ndayizeyeaboubakar4585 Жыл бұрын
  • 🥰❤️

    @riccajianadushime4327@riccajianadushime4327 Жыл бұрын
  • 🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊

    @btv254show1@btv254show1 Жыл бұрын
  • Dauphin Dankala Ndamufana..

    @dauphindankala1705@dauphindankala1705 Жыл бұрын
  • Ruti anyibutsa BURAVAN CYANE

    @manubig5529@manubig5529 Жыл бұрын
  • Ndahovye ntamubonye Ruti 😭😭😭😭

    @ndizeyechantal6979@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
    • A la prochaine occasion uzoze

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • Hosy u don't have to introduce your self much than your guest, ruti yarafise vyinshi yari kutuyagira urabona ko azi neza na culture yabo, muga wamuhaye umwanya muto, ruti arafise ikintu for sure...

    @gatjimmy2099@gatjimmy2099 Жыл бұрын
    • Ohhh we are sorry ariko yarivuze bikwiye et twakoze umwanya muto

      @sirenvibestv@sirenvibestv Жыл бұрын
  • @Siren Vibes TV ic gifaransa nic mu Rwanda ?😳😂😂😂my God d voice reo aratesa pe😍😍

    @elsayvanna3@elsayvanna3 Жыл бұрын
    • Abana bose bize la colombière kigali bavuga neza francais et anglais!

      @vyuguruzumwangumwereka@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
  • Ozzy arrête d'interferer Iyo umutumire wawe ariko avuga please!

    @user-ry3vb2sg6w@user-ry3vb2sg6w Жыл бұрын
  • Ariko uyu mwana ndamukunda basii mwana nuza kgl uzabitumenyeshe wana nkagufatire wanna

    @kemosabe4996@kemosabe4996 Жыл бұрын
  • Je navuze nti Abarundi nibagende bategure Show mu Rwanda hama nibabona babagoye tuzoca tubona abo ikibazo kivuyeko ico gihe tuzoca dukoresha rya Bwirizwa rya Moses rero ryavuga iryinyo ku rindi.

    @bosconiyonkuru6151@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
    • Izo polemiques zanyu sha...u rwanda n'igihugu cyubaha abanyamahanga kandi ni nyabagendwa!!

      @vyuguruzumwangumwereka@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
    • Gerageza mureke cœur dur Ni mukore cane mushiremo ubuhanga Urukundo nta force ijamwo birizana ntiwokora ikintu ciza ngo umuntu areke kugikunda Mukore indirimbo nziza zirimwo amajambo meza murabe ko bitazogenda neza

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
  • Uri karisabiye wa mugooo ! Iyo ni nzobe ihanda kuko ni mukorogo

    @nadegemuhimpundu4826@nadegemuhimpundu4826 Жыл бұрын
    • Aka jaja toi mpol

      @clairendayishimiyekeke6934@clairendayishimiyekeke6934 Жыл бұрын
    • Eeh 😒😭

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
    • Urungutse iki ch guhohotera undi muntu ?? Si vyiza gutanga negative comment kuko bi décourageant umuntu upfuma wihorera

      @evelyneirakoze@evelyneirakoze Жыл бұрын
    • Uramubesheye, Hosy nt mukorogo yisiga, naho yiyisiga CA n'engage qu'elle, t'as pas besoin d'etre si desagreable

      @francineinanziza8363@francineinanziza8363 Жыл бұрын
    • Aramaze 😏😏

      @amiebienvenueabayo9891@amiebienvenueabayo9891 Жыл бұрын
  • Ariko abanyarwanda Bose mugiye I burundi musigaye mubeshya ngo niho mwavukiye ngo niho ababyeyi banyu bavukiye ngo mufite ababyeyi babarundi.. mwarangiza mukivugisha nikirundi mutacyizi shn mwagiye mugumya mukavuga ikinyarwanda ko bacyumva😂😂 ubwo ni uburyarya muragacezaaa

    @ngolivier4016@ngolivier4016 Жыл бұрын
    • Ark ntibabeshya kuo abantu Bose ababyeyi babo bavukiye mumagepfo naza bugesera, ngomba, kirehe mu 1959 no 1994 bahungiye iburundi bituma bahatinda barahashaka niyompamvu ubona abanyarwanda beshi bagira imiryango iburundi

      @Ambitionitv562@Ambitionitv562 Жыл бұрын
    • Erega basha ikirundi ni kinyarwanda bigomba gusa, mu burundi benshi bavuga ikirundi ariko bagacishamwo akantu ki kinyarwanda. Kubera turumviriza indirimbo zi kinyarwanda canke ama films, na banyarwanda nuko barumviriza indirimbo zikirundi, so niyo mpamvu indimi bazicanga ukuntu🤷. Nibizako ataribi bacishijemwo ikirundi.

      @muneza@muneza Жыл бұрын
    • Urarusheeeeeee🤣🤣🤣🤣

      @achilleachille698@achilleachille698 Жыл бұрын
    • Urahaze sha niyo mpamvu wibereye mu matiku!

      @vyuguruzumwangumwereka@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
    • @@vyuguruzumwangumwereka erega tuba twariye man kuko turakora bro

      @Ambitionitv562@Ambitionitv562 Жыл бұрын
KZhead