Urwaruka rurakwiye kwijukira ibikorwa vy'iterambere rugaterera mw'iterambere ry'igihugu.

2024 ж. 8 Мам.
168 Рет қаралды

#Burundi: Binjiza amafaranga ashika ibihumbi amajana atanu 500.000 Fbu buri kwezi kubera ingurane bahawe na #PAEEJ mu mugambi wo kubumba amatafari amategura n'ibindi. Batararonka ingurane ngo bakora ari babiri (2) ariko ubu ngo bakoresha abakozi batandatu (6). Nduwayo Evariste arongoye Koperative #TUBEHEZA yo mu #Kayanza akaba avuga ko bafise amasoko menshi kandi ingurane bahawe bafise icizere co kuyiriha neza.

KZhead